#BEinvenudo NEWS: Kera ntugikura Mugihugu Ca Congo indirimbo zaturukayo zari ibizede gusa vyaba Koffi Olomide , Fally Ipupa , #Papa_Wemba. Ariko Ndabira ubu isigaye ifise nabaririmvyi batwika ndetse otokwibaza kwari numukongomani. Y'itwa Emma'a nagiye gusura kuri YouTube y'iwe arabize gusumvya umutanzania kazi Zuchu
🇹🇿kuririmba simbona impamvu atafatisha Kandi ashoboye.?
✍️Kumbe nabaririmvyi babigeme hanze bararwa Down Kandi babizi...?
Credit By @iamJodis
#bienvenudo.com