IMANA yerekanye urukundo ruhebuje ikunda umuntu mugutanga umwana wayo YESU ngwadupfire kumusaraba,yishizeko igihano cacu,urupfu twari gupfa ni YESU yarupfuye,igihano twohanwe cabaye kuri yesu,IMBABAZI Z'IMANA ZIGARARAGARIRA MURI YESU.google.com, pub-8424431947926653, DIRECT, f08c47fec0942fa0
urukundo rw'Imana ntiruserangurika ruragutse cane ivyo nivyo bituma naho yoba umunyavyaha waruhebwa iyo atahuye urukundo rw'Imana akayihungirako ngo imukize iramwakira ,kwizera YESU ukihana uba wemeye kwakira imbabazi z'Imana ariko uwutamwizeye aba yanse imbabazi z'Imana Kandi uwudafise umwana na data ntamufise.
Ariko kandi, umunyavyaha ni yahindukira akava mu vyaha vyiwe yakora, agakora ibitunganye n'ibikwiye, azokiza ubugingo bgiwe urupfu. Kuko yirimbuye agahindukira akava mu bicumuro vyiwe vyose yakoze, n'ukuri azobaho, ntazopfa.
Ezekiyeli 18:27-28
#ubutumwa_bwiza_bw_amahoro
Yesu abahezagire caneIMANA yerekanye urukundo ruhebuje ikunda umuntu mugutanga umwana wayo YESU ngwadupfire kumusaraba,yishizeko igihano cacu,urupfu twari gupfa ni YESU yarupfuye,igihano twohanwe cabaye kuri yesu,IMBABAZI Z'IMANA ZIGARARAGARIRA MURI YESU.

Yesu abahezagire cane