#CHINA : Umukinyi wa FILM za "Kung Fu" akomeye cane mugihugu c'Ubushinwa ndetse no kw'Isi 成龍 Jackie Chan aramenyesha ko kugeza ubu atarahagarika akazi kiwe ko gukina film buri mwaka

By Bienvenudo.com
19 hours ago

Event Details:

google.com, pub-8424431947926653, DIRECT, f08c47fec0942fa0

#CHINA : 

Umukinyi wa FILM za "Kung Fu" akomeye cane mugihugu c'Ubushinwa ndetse no kw'Isi 成龍 Jackie Chan aramenyesha ko kugeza ubu atarahagarika akazi kiwe ko gukina film buri mwaka azohora akora film imwe kubwabafana biwe.

Chan afise imyaka igera kuri 71, yabandanije gukora film mumyaka irenga 60 ariko kugeza ubu abandanya akora film zo kugwana kugifusi kugeza ubu.

Jackie avuga ko ukumenyera ku gukina film cane arico kimushoboza kumenya vyinshi muvyerekeye gukina film kandi atamyimenyerezo aba ariko abandanya gukora.

Kugeza ubu ari kwitegurira kuboneka muyindi filamu nshasha ya "Karate kid:Legends", aho izosohoka 30/05/2025.
Muri ino film azoba afadikanije na Ralph Macchio ,@ben_wang_ mukwerekana ubumwe n'Ugufashanya
@bienvenudo
Umukinyi wa FILM za "Kung Fu"  akomeye cane mugihugu c'Ubushinwa ndetse no kw'Isi  成龍 Jackie Chan aramenyesha ko kugeza ubu atarahagarika akazi kiwe ko gukina film buri mwaka azohora akora film imwe kubwabafana biwe.

Chan afise imyaka igera kuri 71, yabandanije gukora film mumyaka irenga 60 ariko kugeza ubu abandanya akora film zo kugwana kugifusi kugeza ubu.

Jackie avuga ko ukumenyera ku gukina film cane arico kimushoboza kumenya vyinshi muvyerekeye gukina film kandi atamyimenyerezo aba ariko abandanya gukora.

Kugeza ubu ari kwitegurira kuboneka muyindi filamu nshasha ya "Karate kid:Legends", aho izosohoka 30/05/2025.
Muri ino film azoba afadikanije na Ralph Macchio ,@ben_wang_  mukwerekana ubumwe n'Ugufashanya.
#bienvenudoentetenmaint

.

Date and Timings:

11-05-2025 06:53 AM to 11-05-2025 06:58 AM

Event Location

Related Updates

WhatsApp Google Map

Safety and Abuse Reporting

Thanks for being awesome!

We appreciate you contacting us. Our support will get back in touch with you soon!

Have a great day!

Are you sure you want to report abuse against this website?

Please note that your query will be processed only if we find it relevant. Rest all requests will be ignored. If you need help with the website, please login to your dashboard and connect to support

;