IGITSINA si igitsina gusa ahubwo ni ihurizo ry'Imishaha.
Iyo uryamana (uhuza ibitsina) n'abantu batandukanye, wimatanya n'Imishaha yabo. Imishaha yabo ishobora kuzana umwijima (imyaku) mu buzima bwawe. Imwe muri iyo mishaha iracereza canke ikabuza Imihezagiro yawe.
Rimwe na rimwe turagira ibintu bitamenyerewe, bibi kubera ko umubiri wacu wuzuyemwo Impwemu z'umwijima zitandukanye.
➡️Ugasanga umuntu asigaye afise ishavu atamanye, kwishura nabi , wadukanye ingeso utahorana , inyatsi ntaco ugikora ngo kije imbere kandi vyahora bikunda, wamana umujinya, gusimbwa umutima, ubwoba.....vyose utahorana kumbe wabivunduruye mubo mwaryamanye
➡️Igihe mwiruka ku muhungu yipfuza abakobwa benshi, muryamana n'abakobwa batandukanye kandi basambana n'abahungu benshi; gumya aka ku mutima wawe: *Igitsina si igitsina gusa ahubwo ni ihurizo ry'Imishaha*
Guhuza ibitsina n'abantu batandukanye bisigura ko umubiri wawe wuzuye amashusho atandukanye, agizwe n'imishaha myishi. Ntukiri wewe ariko ni abantu benshi muri wewe.
Ntibitangaje ko abenshi bateba kurongora, (rwa) igihe kimwe mu buzima bwabo, baryamanye n'umuntu afise imivumo y'imiryango. Rero umudayimoni niwe aganza uwo mubiri wawe. Wirongoje canke urongowe 💍👨❤️💋👨 mu mpwemu zihumanye.
➡️Ubu rero, vyiyumvireko, uwo mwubakanye ni umwizigirwa; ariko ugiye kuryamana n'abandi bantu hama ugarutse kuryamana nawe; ivyo bica bituma uha uwo mwubakanye (umugabo canke umugore) izo mpwemu wavanye hanze. Ntiwiyumvira ko atamutima ugira? Ataco utinya canke wikunda mu kurenga ibigo?
Iyumvire ivyo ugomba ujemwo. Ntabukingirizo bwokingira umushaha wawe. Rero hitamwo uwo mwubakana, umugire umwami 👑🏤/ umwamikazi👑💍💅👸✊, igenzure hama umukorere vyiza.
Abantu bakuze ni bo batahura ivyo tuvuze.
Hama unyurwa nibica hano urakora follow kwiyi page canke ugasangiza kubandi.
Zari impanuro muhabwa na Famille Hilaire&Emelyne ❤️ Hama niwaba ufise Ikibazo
#buying & selling Food products online
Website https://BIENVENUDO.com