Laporta ejo yavuze ano majambo akurikira 🗣️ : « Turashaka ko Ansu Fati abandanya, ahafise amasezerano.

By Bienvenudo.com
Tue, 20-May-2025, 08:14

BREAKING NEWS FC Barcelona 

: Mugihe Laporta ejo yavuze ko ashaka ko Fati aguma muri Barça, SPORT co kivuga ko Fati agiye kuhava !

Laporta ejo yavuze ano majambo akurikira 🗣️ : « Turashaka ko Ansu Fati abandanya, ahafise amasezerano.

N'umuntu adasanzwe. N'umukinyi ariko aca mubigoye. Nokunda igaruka ryiwe akaronka iminota myinshi yo gukina. »

Ikinyamakuru SPORT kivuga ko ahubwo, ejo Fati yari yiteguye gusezera abafana kurukino rwanyuma rwa Barça kuri Montjuic.

Yagize ikibazo kuko ataronse akanya ko gukina ngo aronke ukuntu asezera abafana.

Fati kandi ashirwa mubakinyi 6 bashobora gusohoka muri Barça iri ci na RELEVO :

🇪🇸 Ansu Fati
🇺🇾 Ronald Araujo
🇪🇸 Fermin Lopez
🇩🇰 Andreas Christensen
🇪🇸 Eric Garcia
🇪🇸 Pablo Torre

Aba ngo nibo bakinyi 6 ushobora kurekura mugihe woba uronse ubusabe bwiza.
👋🔴🔵 BREAKING : Mugihe Laporta ejo yavuze ko ashaka ko Fati aguma muri Barça, SPORT co kivuga ko Fati agiye kuhava !

Laporta ejo yavuze ano majambo akurikira 🗣️ : « Turashaka ko Ansu Fati abandanya, ahafise amasezerano.

N'umuntu adasanzwe. N'umukinyi ariko aca mubigoye. Nokunda igaruka ryiwe akaronka iminota myinshi yo gukina. »

Ikinyamakuru SPORT kivuga ko ahubwo, ejo Fati yari yiteguye gusezera abafana kurukino rwanyuma rwa Barça kuri Montjuic.

Yagize ikibazo kuko ataronse akanya ko gukina ngo aronke ukuntu asezera abafana.

Fati kandi ashirwa mubakinyi 6 bashobora gusohoka muri Barça iri ci na RELEVO :

🇪🇸 Ansu Fati
🇺🇾 Ronald Araujo
🇪🇸 Fermin Lopez
🇩🇰 Andreas Christensen
🇪🇸 Eric Garcia
🇪🇸 Pablo Torre

Aba ngo nibo bakinyi 6 ushobora kurekura mugihe woba uronse ubusabe bwiza.

Ninde wokwipfuza ko bagumana mur'aba ?

Ninde wokwipfuza ko bagumana mur'aba ?

#bienvenudosports

Tags:

#update

Related Updates

WhatsApp Google Map

Safety and Abuse Reporting

Thanks for being awesome!

We appreciate you contacting us. Our support will get back in touch with you soon!

Have a great day!

Are you sure you want to report abuse against this website?

Please note that your query will be processed only if we find it relevant. Rest all requests will be ignored. If you need help with the website, please login to your dashboard and connect to support

;