✈️😭Mwite Docteur Patrick Joshi umuryango wiwe wose wapfiriye rimwe mw'isanganya ry'indege ryabaye ejo🥹 Uyu mu dogiteri yakorera mugihugu c'Ubwongereza ariko rimwe rimwe yaraza kuraba umuryango wiwe

By bienvenudo.com
21 hours ago


#bienvenudo
Mwite Docteur Patrick Joshi umuryango wiwe wose wapfiriye rimwe mw'isanganya ry'indege ryabaye ejo🥹

Uyu mu dogiteri yakorera mugihugu c'Ubwongereza ariko rimwe rimwe yaraza kuraba umuryango wiwe uri mugihugu c'Ubuhindi 🇮🇷 

#Docteur Joshi yaramaze imyaka 6 aba mubwongereza ariho akorera nakazi;
Umugore nawe yari umuganga mugihugu c'Ubuhindi nyene itwa Docteur Komi.

Rero vyakabaye kera umugabo yarasavye Visa ngo umuryango wiwe wose uje mubwongereza kugira babaneyo n'umugore n'abana ariko Leta iramwankira. 

Kukanyuma Docteur Joshi yarakomeje gusaba Visa, Munyuma baca #baramwemerera; Rero kumusi wejo niho burira #Indege ya Air Indian🇮🇷 na famille yiwe yose ukwo ari batanu ngo ibatware mubwongereza🇬🇧, Aho bari bishimye cane kuko umuryango wari wimutse ngo babane Papa et Maman...

😭Mukanya rero indege ihagurutse inkurumbi ati #Indege irahiye yose kandi iguye hejuru yinzu nini cane... 

Mundege Harimwo abantu 242 maze 241 Bose baba barapfuye😯, famille yose yahiye iba umunyota iminota cumi.

IBAZE NIYO MAHIGWE WARURONSE YOGUTWARA FAMILLE MUGACA MUPFIRA RIMWE ATANUMWE ASIGAYE. 
Ariko Twese niyonzira Imana ikomeze kubaha uburuhukiro bwiza.

#RIP Patrick Joshi Family 

Tags:

#update

Related Updates

WhatsApp Google Map

Safety and Abuse Reporting

Thanks for being awesome!

We appreciate you contacting us. Our support will get back in touch with you soon!

Have a great day!

Are you sure you want to report abuse against this website?

Please note that your query will be processed only if we find it relevant. Rest all requests will be ignored. If you need help with the website, please login to your dashboard and connect to support

;