Tiwa Savage w’imyaka 45 aripfuza umugabo kububi n'ubwiza ngo naho bomugira umugore wakabiri ntaco bimutwaye 🤷🏽♂️ ...
Ni Tiwa Savage yavuzeko ashaka kurongorwa ngo nubwo umugabo yomutwara yomugira uwa Kabiri vyomushimisha kuko abona akuze bikwiye kandi akaba yipfuza gutunga urugo nawe akaba umuvyeyi.
Uyu muririmvyikazi afise imyaka 45, azwi cane mu ndirimbo zirimwo ‘Somebody’s Son’ na ‘Eminado’, yavuze ko yakoreye amafaranga bikwiye gusa ubu abura urukundo mu buzima bwiwe .
Ati “Ngeze ku myaka 45 kandi ndumva shaka kurongorwa. N’iyo naba ndi umugore wa kabiri ku mugabo w’umukene.”

Tiwa Savage w’imyaka 45 aripfuza umugabo kububi n'ubwiza ngo naho bomugira umugore wakabiri ntaco bimutwaye 🤷🏽♂️ ....