🌍AMAKURU AGEZWEHO🌎
🇷🇺Nyenicubahiro Vladimir Vladimirovich Putin yasavye President wa Ukraine vlodimir Zelenky kumanika amaboko Nkuko America yabimusavye ibijanye naco nukwumviriza ivyo macron agize imisi avugako borungika Abasirikare biburaya gucungera Ukraine Poutine yabajije ico macron arindiye kuva mumwaka uheze aguma avugako ashobora ashora none habuziki barungike tuzobasya Hari amasezerano amaze imyaka 30 KO otan idashabora kuza kumupaka wuburusiya none Bariko babirengako Hama ngo uburusiya ntibugire ico bakoze ntico kunda tuzivuna buraya Naho boja hamwe ntibodushobora Nabo nyene ubwobabo barabizi
🇪🇹Ethiopia ibaye Igihugu cambere cabirabure babanyafrika bikoreye drone zintambara zigezweho haraye huguruwe ikigo kizikora nimugihe Bari bamaze ukwezi buguruye ikigo gukora amasoro
🇪🇹Lt general abi Ahmed atwara Ethiopia yasavye KO yokwinjizwa icese mumuryango wa AES
🇧🇫Ibrahim traore president wa Faso yatanze izindi mashini zokurima 5000 nimugihe burkina Faso irikumurindi uteye ubwoba muburimyi igira Igihugu ca 3 mukwimbura ibitunguru kwisi yose
🇧🇫Traore Nubwo ahanganye nintagondwa zaba Islam babihevyi Igihugu kirabandanya guterimbere bidasanzwe kuko igisirikare cabo gihagaze neza kubikoresho cane cane ivyo mukirere rutura
🇺🇸President wa USA yategetseko America igaba ibitero vyomukirere. Abahuti Bo muri Yemen bikaba vyakozwe habaye ibitero 2 muburundiro vy abahuti Nabo batangajeko atabwato bwa America buzosubira guca mukiyaga gitukura kuko ngo bazoca babusenya trump yagiriza Iran guha Ibikoresho abahuti k
Agasaba Iran kwihutira kuja mubiganiro vyo bihagarika gukora bombe ruhonyangada
🇨🇳Ubushinwa bwemye icese gufasha Iran guheraheza program yabo ya nuclear ivyatumye trump arungika intumwa I pekin kuganira nabatwara leta nubushinwa