by Bienvenido Info
May 20th 2025.

Umukunzi w’umukinyi Nicolas Pepe ukinira Villarreal umukunzi we Teanna Trump abicishije kuri Insta Story yiwe , yatangaje y’uko agiye  guhagarika gukina isinema z’ubusambanyi  ( Prono) kubera y’uko Ari mu Rukundo n’uwo mukinyi w’umugwi nserukira gihugu wa Côte d’Ivoire .

Akaba yagize ati” Vyarantanganje kubona Ingene nahinduye ubuzima bwanje giturumbuka kubera Urukundo , Hahahaha…. Nari umukinyi rurangiranwa mugukina isinema z’ubusambanyi , Ubu muri kino gihe ndi umugore wo mu rugo , kandi afise Urukundo rw’ukuri” 

Mbe , Muremera y’uko umukobwa akina isinema z’ubusambanyi ashobora guhinduka munyuma akaba umugore w’urukozasoni.

Umukunzi w’umukinyi Nicolas Pepe akinira Villarreal Teanna Trump abicishije kuri Insta Story yiwe , yatangaje y’uko agiye guhagarika gukina isinema z’ubusambanyi ( Prono) kubera y’uko Ari mu Rukundo n’uwo mukinyi w’umugwi nserukira gihugu wa Côte d’Ivoire .

Akaba yagize ati” Vyarantanganje kubona Ingene nahinduye ubuzima bwanje giturumbuka kubera Urukundo , Hahahaha…. Nari umukinyi rurangiranwa mugukina isinema z’ubusambanyi , Ubu muri kino gihe ndi umugore wo mu rugo , kandi afise Urukundo rw’ukuri” 

Mbe , Muremera y’uko umukobwa akina isinema z’ubusambanyi ashobora guhinduka munyuma akaba umugore w’urugo?
@Bienvenudo 

#bienvenudo

BIENVENIDO INFO user

Bienvenido Info

[email protected]
Search Website

Search

Explore

Tags

Subscribe

Newsletter

WhatsApp Google Map

Safety and Abuse Reporting

Thanks for being awesome!

We appreciate you contacting us. Our support will get back in touch with you soon!

Have a great day!

Are you sure you want to report abuse against this website?

Please note that your query will be processed only if we find it relevant. Rest all requests will be ignored. If you need help with the website, please login to your dashboard and connect to support