Jonathan Roumie yakinye Film ya Yezu #yahuye na Papa LéonXIV Kur'uyumusi #Umunyamerika avuka mugisagara ca New York

Description

Jonathan Roumie yakinye Film ya Yezu #yahuye na Papa LéonXIV Kur'uyumusi #Umunyamerika avuka mugisagara ca New York

Tags :

#Jonathan Roumie yakinye Film ya Yezu #yahuye na Papa LéonXIV Kur'uyumusi #Umunyamerika avuka mugisagara ca New York Jonathan Roumie yahuye n'Umwungere wa Ekleziya Katorika Papa LéonXIV #Uyumugabo asanzwe akora #umwuga wogukina amareresi #kumwe nokwigana amajwi y'abantu #ariko icatumye amenyekana cane ni ireresi yakinye anerekana ingene Yezu yikoreye Umusalaba kumwe n'Ugupfa kwiwe k'Umusalaba. Uyumusi rero niho aba #bompi bahuriye Ivaticano mbere baranifata n'udusanamu nkuko amasanamu yashizwe ahabona n'ikinyamakuru Vaticano avyerekana.
WhatsApp Google Map

Safety and Abuse Reporting

Thanks for being awesome!

We appreciate you contacting us. Our support will get back in touch with you soon!

Have a great day!

Are you sure you want to report abuse against this website?

Please note that your query will be processed only if we find it relevant. Rest all requests will be ignored. If you need help with the website, please login to your dashboard and connect to support

;